
“Ubusuma bukabije mu gisagara ca Bujumbura biturutse kururu ruzuba “ nkuko vyemezwa nuyu musuma ubwiwe
kuruyu wa 19/05/2023 mu gisagara ca Bujumbura Neza na Neza kuri « avenue de la France » hari umuhungu Akiri muto yafashwe ariko yugurura muma pine y’umuduga Kugira ngo atware ivyuma biriyo .
Uyo yafashwe yiba mu majambo yashikiriza yagira Ati : « Ni mu mbabarire sijewe iki kizuba casaze nariko ndondera uko mfungura. »Nayo kuba gendesha iyo miduga basaba ko hokongerezwa ubuhinga bwo gucungera ingendeshwa mu gihe Ziba zi paritse ahantu, kuko ubwo busuma bwimonogoje .
Ubusuma nk’ubu mu gutuzwa bashiraho ibikorwa bitanga akazi kuri benshi bikagwiza umwimbu, Ntusubira kubona iyo bgakamanganiye. Kugwiza ibihano womenya yuko ingeso ishikira igufa idashikira ingeso.