Boba Abarundi bategekwa kurima muci kandi badafise imigezi yo kuvomera!

“Kuva muri iri ci tugiye kwinjiramwo, umuhana wose kuri buri mutumba utegerezwa kuzoba ufise umurima upima n’imiburiburi imetero 20/10. Ni itegeko. Umunyagihugu wese ategerezwa kugira inguvu zo kuvomera umurima kurya avoma amazi yo kwoga. Mbere bizonafasha gukurikirana abana bahora birirwa gukina mu gihe c’uburuhuko. Uwo mugambi uzosuzumwa kuri buri mutumba » Ivyo n’ivyashikirijwe Na nyakwubahwa #Umushikiranganji […]