Abarundi ku rungikwa kuja mu barabo gukora mu gikoni ni igitutsi kw’Ihanga ry’Abarundi
Hariho ibintu twishimira kubera ubukene buba busanzwe butwugarije kubera aritwe twabgiteye mugabo Imana yo mw’ijuru yoyo ikabigaya. « Kwigisha abana b’ Uburundi icarabo, kubigisha kwambara nk’abarabo, kubatekera no kubagirira isuku maze ukarungika abo Barundi mu bihugu vyabo, bisa neza na neza no kwiyambura akaranga ukijana mu bunyagano. » Ivyo bishikirizwa na Dr Levi Rukundo Abarundi […]