Kubera iki Abarundi baguma babona umuntu bamurabiye mu bgoko bgiwe!

« Burundi: « `Umwigeme w’umutwakazi ari mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2023. Ku ncuro ya mbere umwigeme w’umutwakazi Ricky Tricia Uwera yamaze kugaragarako yamaze kwiyandikisha mw’ihiganwa rya Miss Burundi 2023. » Ayo mungane yanditse aho haruguru ni ayakuwe mu kinyamajuru kivuga ivyerekeye amahiganwa y’ubgiza, tukibaza igituma mu Burundi bgacu bgizaabantu baguma barabirwa mu bgoko bgabo. Haba mu […]