Korera Uhoraho Imana wejejwe ntukorere ubusa.

DUKORA IMIRIMO IMWE MUGABO NTIDUFISE INGERO IMWE. UTAMEZE UKO IMANA IGOMBA ATAMIRA UBUSA. Mwirinde ibintu bisayangana kuko vyose si inzahabu. Kandi mwirinde kwama mwihuta gucira imanza aba na bariya. Ubgo ni ubgenge buva k’Uhoraho Imana.Hariho umunyeshengero yagiye mu masengesho afise ikibazo kimwe gusa. Yasaba Imana ayibaza igituma hariho abakorera Imana kandi badatunganye.Hariho benshi bavuga ubutumwa, […]