Amacakubiri y’amoko akurwaho n’umusaraba.

AMACAKUBIRI Y’AMOKO AKURWAHO N’UMUSALABA .
Abanyefeso 2:11-12<<

Nuko mwibuke y’ukubwambere ,mwebwe abanyamahanga ku rukoba , mwebwe mucitwa abatakebwe nabo bitwa abakebwe n’intoke ku mubiri .Kw’ico gihe mwari mutandukanye na kristo ,muri n’itandukaniro n’ihanga rya Isirayeli ,mur’ijabuka ku masezerano yivyasezeranwe ,ataco mwizigiye ku bizoba ,mwari mw’isi mutagira Imana rurema.>>
Mwaramutse mwese ncuti z’umusalaba w’Igologota .

Mwisi ,abantu baragerageza kwiyita ivyo bari ,hari nabavyiyita mbere naba vyita abandi.
Abayuda barankana n’ayand mahanga nka yose babona kwaribo bera ,bakwirikiza ama bwirizwa y’Imana ( ko bubahiriza amabwirizwa y’Imana ,bafungura bakaravye , basenga kenshi , bazi Imana ,…….) 

Mbibutse abanyamahanga bar’ibivange vy’abayuda n’ubundi bwoko.
Paulo arabibutsa ko amacakubiri y’amoko akugwaho n’umusalaba.
Mukunzi nkunda uyu munsi ntaho wobukiboshwe nivyamoko? Udashobora no kuramutsa umubanyi wawe ,incuti yawe ,uwo mukorana mukazi mupfa ibyabadayimoni?
Ubushakashatsi nibwinshi cane.

Umuntu yapfuy hahez imyak myinshi kubw’amagufa yiwe bomenya icamwishe ,

Ariko ntawumenya uwariwe wese ,niyavuka ,….
Abashakashatsi bibirere bovuga igihe imvura izogwira , ubushuhe buzoba buhari ico gihe. 

Ariko nta.mushakashatsi aravuga Impwemu Duhumeka ubwoko bwayo kimwe batora kwar’umwuka gusa.(Oxygene)
Ikintu abantu bose duhurirako n’iki .Itang1: 27<<Nukw’Imana irema umuntu mwishusho yayo ,mwishusho y’Imana niho yamuremye ,irema abantu bar’uburyo bubiri ,Irabahezagira iti nimurondoke mugwire mwuzure isi …>>
Ubunyene inzamba yovuga mbega ubona woja.mwijuru canke uri mumugabane wabataracungugwa n’amaraso ya Yesu Kristo?
Abanyefeso 2:13<<Ariko noneho ,kuko muri muri kristo Yesu ,mwebwe abari kure kera mwigijwe hafi n’amaraso ya Kristo .>>

Amen.