Isengesho

Mana yacu muremyi wacu urera kandi uragororotseImbabazi zawe n’ubuntu bwawe biraturengera

 . dusubiriye kugushimira ko wàturinze muri iri joro ,udukuye m itiro aho twari tumeze nabapfuye none udusubije ubuzima tuziko hari abaryama ntibavyuke

. wakoze cane Mana yacu. Uduhaye uwundi musi mwiza. Turawuhezagiye rero ngo ube umusi wo kubana nawe, na Mpwemu wawe aho tuja hose, muvyo dukora vyose turindwe nawe. Dukore ivyo ugomba. Amahoro yawz atuganze, aganze imiryango yacu, incuti n’abagenzi, n’igihugu cose. Tudugije drapeau yawe abe ariyo ihungabana

 . ni mwizina ry

Umucunguzi wacu Yesu Christu dusenze twizeye

 Amen