Umugabo agira gatatu mubakoze ibitero mubwongereza ahejeje gufatwa.

Si umbwambere afashwe mubintu bijanye niterabwoba. Mu mwaka uheze uyo musore w’imyanka 27 yavukiye muri Pakistani mugabo akaba afise ubwenegihugu bwo mubwongereza yari yafashwe agomba kuka muri Siriya gufasha  IS. Ubu rero ari mubafashwe bagirizwa yuko bagize ibitero vyahitanye abantu. Abaye ugira gatatu yerekanywe. Hakaba hatowe nuwundi muntu agira gatatu yahitanywe nibitero nawe akaba ari umukenyezi w’imyaka 28 yamavuka mubona aho kwifoto