Kayanza : Umugabo yatowe ikiziga mu mwonga wo ku musozi Kivuruga

Mu giporisi bavuga ko ico kiziga catowe ari ic’umugabo azwi kw’izina rya GISHONGOMERA Gerard w’imyaka 40, abanyagihugu akaba aribo batanguye ku mubona ubwa mbere.

Nk’uko amakuru atangwa n’igiporisi abivuga, ico kiziga nticerekana icoba cahitanye uwo muntu.

Amatohoza yatanguye nk’uko vyemezwa n’abajejwe umutekano.

Publicités