Uhoraho ni inyishu ku mwana w’umuntu (zaburi 8:1-9)

🌈UHORAHO NINYISHU,KUMWANA W’UMUNTU🌈ZABURI 8:1_2_3_4_5_6_7_8_9.

1.UHORAHO,Mwamwi wacu,Ereg’izina ryawe ni ryiza mw isi yose!

Washize icubahiro cawe hejuru y’amajuru.

2.Akanwa k’abana bâton n’abonka wagahaye gushimangira inkomezi zawe,Gutsindisha abansi bawe,Kugira ng’uzibize umwansi n’umuhozi.

3.Iyo nitegereje ijuru ryawe,igikorwa c’intoke zawe,n’ukwezi n’inyenyeri,Ivyo waremye;

4.Umuntu n’iki ah’umwibuka,cank’umwana w’umuntu ah’umugendera?

5.Hari basigaye gato ukamunganya n’IMANA,Umwambika ubwiza n’icubahiro nk’igitsibo.

6.wamuhaye kuganza ibikorwa vy’amaboko yawe,Wamuhaye gutwara ibintu vyose,ubishira musi y’ibirenge. Vyawe.

7.Intama zose n’inka,n’ibikoko vyo mw ishamba n’a vyo.,

8.N’ibiguruka mu kirere,n’ifi zo mu kiyaga,N’ikintu cose gica mu nzira zo mu kiyaga.

9.UHORAHO,Mwami wacu ,Ereg’izina ryawe ni ryiza mw isi yose!🙏AMEN🙏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s