Imana ibana nabafise imitima imenetse

🌈 IMANA IBANA N’UFISE UMUTIMA UMENETSE🌈YESAYA 57:15_16_17_18_19_20_21.

15.Kuk’ukw ari kW Imwe iri hejuru isumba vyose igize,iba ahatazoshira,izina ryayo n’uw

era;iti Mbe hujuru Ahantu hera,kandi mbana n’ufise umutima umunetse wicisha bugufi,Kugira ngo mpembure imitima y’abicisha bugufi,mpembure n’abafise imitima imenetse.

16.Kuko ntotongana ibihe vyose,kandi sinokwama ndatse kukw imitima n’ubugingo naremye vyodendebukirwa imberbe yanje.

17.Icaha ciwe c’igono ni co candakije ndamukubita,ndihisha,ndaraka yamar’ashishikara gukikamira munzira ikundwa n’umutima wiwe.

18.Inzira ziwe narazibonye,kandi nzomukiza,nzomurongora,nzoheruka kumwirura n’abamuborogera.

19.Ni jewe ndema ishimwe Riva mu minwa.a’mahoro,Abe k’uri kure n’uri hafi,nanje nzomukiza ,ni k’Uhoraho agize.

20.Arikw abanyakibi bameze nk’ikiyaga gisuriranya;kuko kidashibora guhwekera,kand’amazi yaco azikurura isuri n’imyanda.

21.Ntamahoro ku kubanyakibi,ni kW Imana yanje igize.👏AMEN👏