Dusangire izaburi 

Zaburi 139:14Ndagushimira yuko naremwe uburyo buteye ubwoba butangaje : 
Ibikorwa vyawe birantangaza; kand’ivyo, umutima wanje urabizi neza .

Dawidi nigihe yariko yereka Imana ko ataho yoyinyegeza abwira Imana ko imusobanukiwe caaaane gusumba uko wewe yiyizi no kuvuka kwiwe ko ari ibitangaza numutima wiwe ubizi kandi uvyemeza 

Bene data nukuri Imana ituzi tutarabaho izi nivyiyumviro vyacu izi iyicara hasi niva hasi ryacu rero tuyibwire vyose ataco tuyinyegeza Yesu aduhe kuvuga ukuri mu mitima yacu ataco tunyegeje inyuma kuko Yesu azi vyose sivyo umuntu akora mu mwiza kuko umuco w’Uhoraho aho naho uhamurika  

Yesu aduhane umugisha mwirirwe mu maboko Y,Uhoraho umunsi mwiza

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s