Onu isaba kwihutisha imfashanyo ku mpunzi z’aba Rohingya

Ibiro bikuru vy’ishirahamwe mpuzamakungu Onu i New York (hagati)

Umukozi mukuru wa Onu yavuze ko amashirahamwe y’abatabazi akwiye kugwiza ibikorwa vyo guhangana n’urugwirirane rw’impunzi z’aba Rohingya muri kino gihe zababa 400.000 zishika i Bangladesh zihunze ubwicanyi bw’i Myanmar.

Mu rugendo mw’ikambi y’impunzi i Bangladesh, George William Okoth-Obbo, akora muri UNHCR, yavuze ko amahera akenewe mu gufasha impunzi yiyongeye.

Bangladesh yarengewe n’ikibazo c’impunzi ziva Myanmar

Onu yasavye imiliyoni z’amadolari 77 ngo ihangane n’ico kibazo ariko uwo mukozi akaba yavuze ko ayo mahera yari ajanye n’ingene ikibazo cari cifashe mu ndwi zibiri zahera, ko muri kino gihe igitigiri c’impunzi cikuvye kane. Onu ivuga ko gushika ubu impunzi zikijabuka urubibe zirondera gutekanigwa mu gihugu ca Bangladesh).

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s