« Amaraso ya Kristo afise ubushobozi bwo kwoza, guhanagura ivyaha vyawe » umwizigire 

🌈UKW AMARASO YA KRISTO AFISE UBUSHOBOZI BWO KWOZA IVYAHA🌈ABAHEBURAYO 9:14.

Mbeg’amaraso ya KRISTO,uwo yitanze ku MANA atagira agasembwa,abitewe na Mpwemu ahoraho,ntazorushiriza guhumanura imitima yanyu ngw ibikorwa vy’impfagusa biyivemwo,kugira ngo mubone ingene mukorera IMANA Naima?

YOHANA 8:42_43_44_45_46_47.

42.YESU arababwira,at’Iy’IMANA iba ari so,muba munkuna,kuko jewe nanje mvuye ku MANA ;sinaje nitumye,ariko ni yo yantumye.

43.N’iki gituma mutamenya imvugo yanje?N’uko mu dashobora kwumva ijambo ryanje.

44.Mwebwe mur’aba so wamurwanizi,kand’ivyo so yifuza n’ivyo mushaka gukora.Uwo yahereye ubwa Mbere nambere ar’umwicanyi,kandi ntiyahagaze mu kuri,kukw ata kuri kuri muriwe.Iy’avuga ibinyoma’avuga,ivyiwe,kukw ar’umunyabinyoma,kand’ari we se wavyo.

45.Ariko jeho,kuko mvuga ivy’ukuri ntimunyemera.

46.Ni nde muri mwebwe yonyagiriza icaha nakoze?komvuga ukuri ,n’iki gituma mutanyemera?

47.Uw’IMANA yumva amajambo y’IMANA ;mwebwe igituma mutumva,N’uko mutar’ab’IMANA.🙏AMEN🙏

Publicités