Gitega: abagabo 2 bafashwe bivye impene 2

Amakuru ava aho i Gitega amenyesha ko abo bagabo babiri bafashwe bamaze guheza kubaga izo mpene zibiri.

Ayo makuru avuga kandi ko abo bagabo baciye bajanwa n’igiporisi gupfungirwa mu gasho k’igiporisi aho bita ibomani.