Musaga: ibikoresho n’imyambaro yagisirikare vyafatiwe mumihana

Ivyo vyafashwe n’igiporisi bigizwe n’impuzu za gisirikare,imisipi ya gisirikare ,impuzu zirinda imvura za gisirikare,umupira w’imbeho hamwe n’inkofer za gisirikare.

Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE, ivyo vyafashwe vyose vyafatiwe mu mihana y’abakukuruke mu gisirikare c’Uburundi.

Publicités