Muramvya:umugabo yafatanywe miliyoni 11 yari yivye

Mu giporisi bamenyesha ko uwo mugabo yafatiwe i Muramvya, akaba yafatanwe amafaranga y’amarundi agera ku miriyoni cumi n’imwe yari yibwe abagabo babiri bo muri zone ya Kamenge aribo Ndayishimiye Hasman na Bamarire Emile.

c5565484-4265-474a-bc0c-c9546d6839f5-520-00000013ea8ff1c3

Publicités