Imiduga ikomeza kwiha inkumbi mu burundi: urupfu rwa musitanteri wa komune kirundo n’umuyobozi wa lycée kanyinya 

Inkuru y’umubabaro yagorobeje ejo kuw’Imana n’uko musitanteri wa komine kirundo muntara ya kirundo ari kumwe n’umupfasoni asanzwe ari umukuru w’ishure lycee kanyinya basezeye iyi si bitumwe n’isanganya ry’imiduga yagonganye.

Publicités