Kenya: Raila Odinga ntazitoza mu matora yimirije muri Kenya

Odinga avuga ko ashaka amatora mashasha hakurikijwe ivyasabwe na sentare ntahinyuzwa.Ayo matora yo kuwa 26 azoba ari ayo gusubiramwo ayabaye mu kwezi kw’umunani, inyuma y’aho sentare ntahinyuzwa muri Kenya ifutiye ivyari vyayavuyemwo.

Odinga avuga ko avuye muri ayo matora kugira ahe akaryo akanama kajejwe gutegura amatora IEBC umwanya ukwiye wo guhindura ibikenewe kugira ayo matora azobe meza.Akanama kajejwe gutegura amatora kari katangaje ko prezida Uhuru Kenyatta ari we yatsinze amatora.

IEBC yari yavuze ko Uhuru Kenyatta yari yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu aronse amajwi imiliyoni 14.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s