Malawi: abantu baricwa bahowe ngo banywa amaraso y’abantu.

Umukuru w’igihugu ca Malawi, Peter Mutharika, yatanguje itohoza kw’iyicwa ry’abantu bashika batanu bahowe kunywa amaraso y’abantu mu mihango y’ubupfumu.Hashizweko umukwabu mu bumanuko bw’igihugu kugira babuze imigwi y’abakora amarondo, guhohotera abantu bakeka kunywa amaraso y’abandi.

Ishirahamwe mpunzamakungu, ONU, ritewe impungenge n’umutekano, rikaba ryakuye abakozi baryo muri ako karere.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s