Amasengesho: “Abarundi bamwe ntibazama bahunguka kugira ngo abandi bahunge kandi uBurundi ntibuzama burangwamwo amarira, amaganya, ubukene, inzara n’urwanko. Uyo ni umuvumo”.

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RY’IMANA RY’ABISEZERANO YO KUWA 11/10 NA 14/10/2017 Nkuko Uhoraho Imana yabidutegetse, ku misi (Mercredi na Samedi) twama dufise amasengesho yo gusengera abarundi bose n’uBurundi bushasha bw‘ isezerano.ICIYUMVIRO: “ Abarundi bamwe ntibazama bahunguka kugira ngo abandi bahunge kandi uBurundi ntibuzama burangwamwo amarira, amaganya, ubukene, inzara n’urwanko. Uyo ni umuvumo”.

I. Urufatiro :Ukwirimbura /kuraba uko uhagaze( Zaburi: 49:11-13; Yobu 20:4-7

II. Inyigisho zo kwiha Imana: 

-Isuzume uheze wite kw »iherezo ryawe.

– Inzamba nkubu yovuga yosanga umeze gute?

– ntaho wishimira ivyo utari ukwiye kwishimira?( icubahiro;ubutunzi ……) :Abaroma 4:8)

■ Indirimbo tuzoririmba: cantique 36;39;49;68;277

III.IVYOMPWE YERA YAHISHUYE:

1. Abantu benshi bataye Imana bakishimira ivyubahiro ; amafaranga; ibiheko …….(zaburi 20:7)

2.Uwukora icahankico mw’Ihanga ry’Imana aba asa nkuwiyahuye                 

3.Kora wizeye ko Data ukorera azoguhemba kuko benshi bashize inyunguzabo imbere.                                   

IV. ICO USABWA KUGITI CAWE 

1. Igigwa kure icaha n’igisa naco maze wirabire ugutabagwa n’Imana kugushikeko.

2. Iyambure ubwoba bwose umenye yuko Imana iri kumwe nawe, uhagarare mukugororoka.                       

3. Menya ko benshi bahemuka/bakora icaha kubera ubwoba bw’ejo hazoza                                      

IV. IMITWARO 

1.Gusengera ihanga n’abarigize bose ;gushika kubagwaye, impfuvyi, abapfunzwe; n’abapfajazi

2 .Gusengera abari mungendo zitandukanye z’ibikorwa vy’Ihanga ry’Imana mubasabire uburinzi n’ukuroranirwa . 3. Gusenga bifatanije no kwisonzesha muburyo budasanzwe mwiyimisi twinginga Imana ngo ibane natwe murugendo turimwo.

ITANGAZO:

Mwibuke mwibanga ntangere gutanga rapport kubarongozi uko ibintu bimeze aho muherereye: umutekano, ubutunzi, ivyo impwemun’ibindi,

Tubaye turabashimira kukigoro k’amasengesho muzogira kuri iyo minsi ibiri . Ni Dusangwe IMANA-BURUNDI N’ISEZERANO .

Bigiriwe I Bujumbura kuwa 10/10/2017

http://www.abisezerano.com

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s