Mwaro: Umwe mubanyeshure bakubiswe n’inkuba yapfuye.

Abo banyeshure bo kw’ishure rikuru ryisumbuye rya Mpanuka bakubiswe n’inkuba mu mvura yaguye kuri uwu wa mbere, aho akaba ari mu gihe ata minsi myinshi yari iheze, kw’igenekerezo rya 12 Nyakanga 2017, haheze iminsi mikeya gusa umwaka w’ishuri wa 2017 -2018 utanguye, kuri iryo shuri abanyeshuri batandatu bakomerekejwe n’amabati igihe ishuri ryaguruka kubera imvura ivanze n’umuyaga yaguye kuri uwo munsi.

Publicités