Israel: Hamas na Fatah bagiraniye amasezerano mashasha

Umuvugizi w’umuhari w’abagwanyi bo muri Palestine, Hamas, yavuze ko uwo muhari wagiriraniye amasezerano n’uwundi batavuga rumwe wa Fatah yo guhagarika imishamirano iri hagati yayo.Uwo muvugizi avuga ko ido n’ido ry’ayo masezerano azoshirwa ahabona mu kiganro bazoha abamenyeshamakuru mu gisagara ca Cairo mu Misri, aho igice ca kabiri c’ibiganiro kizotangura ku musi wa kabiri.

Gushika ubu, umuhari Fatah nta co uravuga.Mu kwezi guheze umuhari Hamas yavuze ko itazemera akanama gahagarariye akarere ka Gaza.Hamas yigaruriye akarere ka Gaza inyuma yo kuhirukana abagwanyi ba Fatah mu 2007, umwaka umwe inyuma y’aho Hamas itsindiye amatora muri Palestine.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s