Cibitoke: I miliyoni direnga 8 zasahuwe.

Ubwo busuma bwabaye mw’ijoro ryo kuwa 10 rishira uwa 11 Gitugutu, bukaba bwakozwe n’abantu bataramenyekana babomoye icuma (Coffre-fort) kibika amafaranga.Amatohoza ya mbere y’igiporisi avuga ko Ndabirenzeko Samson, umunyezamu yari araririye iyo Koperative yibwe yahawe ibinyobwa birimwo ibiyovyabwenge (Drogue), akaba ari mu minwe y’igiporisi ku mvo z’amatohoza.

Publicités