Mukike: Renovat Nimubona irindiriye urwandiko rumugena kuba musitanteri

Uwo yatowe asubiriye mu kibanza cahoramwo Ngendakumana Jeremie aheruka gutanga imihoho mu burongozi bw’iyo komine. Renovat NIMUBONA, Musitanteri mushasha yatowe n’abagize inama mpanuzwajambo ya komine Mukike ku majwi 18 kuri 18 y’abari bitavye ivyo bikorwa vy’ugutora vyabaye kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 11 Gitugutu 2017.

Uwo yatowe akaba arindiriye itegeko ry’umukuru w’igihugu rimugena muri ayo mabanga.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s