Ubwenge bw’abantu ntanahace nagatoya k’ubwenge bw’Imana

🌈 UBWENGE BW’ABABANTU NTIBUSHIKIRA UBWENGE BW’IMANA🌈

YOBO28:20_21_22_23_24_25_26_27_28.

20.None rer’ubwenge bwanduruka he?Kand’ahantu ugutahura kuba ni hehe?

21.Ko buhishijwe amaso y’abariho Bose,Bukanyegezwa ibiguruka mu kirere.

22.Amahonero n’urupfu biravuga,Biti Twumvise impuha zabwo ku matwi gusa.

23.IMANA ni yo izi inzira yabwo,Ni yo izi Ahantu buba,

24.Kuko yitegereza gushitsa kumpera z’isi,Ikaraba n’ibiri musi y’ijuru vyose.

25.Hamwe yegera uburemerezi bw’umuyaga,Ikagera amazi mu rugero,

26.Hamwe yashingira imvura icagezwe,N’umuravyo w’inkuba ikawugerera inzira.

27.Ni ho yabwitegerereje,irabuserura;Irabuserura,mber’irabusuzuma.

28.Maz’ibwira abantu,Iti raba kwubaha UHORAHO ni bwo bwenge,kandi kuva mu vyaha ni kwo gutahura.👏AMEN👏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s