Trump na Putin « bumvikanye ku kunesha abarwanyi ba IS »

Trump na Putin babonaniye mu mpande z’inama y’ibihugu vyo mu runani Aziya-Pasifike

Uburusiya buvuga ko abakuru b’ibihugu Donald Trump na Vladimir Putin bumvikanye kubandaniriza hamwe utwigora two kunesha umugwi Islamic State.

Gushika ubu ariko uruhande rwa Leta Zunze Ubumwe za Amerika ntaco ruravuga kuri ivyo vyatangajwe n’Uburusiya.

Ibiro vy’umukuru w’Uburusiya bivuga ko abo bakuru b’ibihugu bombi babonanye umwanya muto mu mpande z’inama y’ibihugu vyo mu runani Asiziya-Pasifike ibera muri Vietnam.

Urwandiko basohoreye hamwe ruhimiriza impande zirwana muri Syria kuja mu biganiro vy’amahoro, rukanemanga ko ibi bihugu vyombi bizokwubahiriza ubwigenge hamwe n’ubutaka bwa Syria.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s