Umugambi wo guhimiriza abantu kwikingira impanuka ziturutse ku nkuba waratangujwe

Nk’uko bivugwa n’uwutwara igiporisi kijejwe gukinga impanuka, NTEMAKO Antoine,, amasanganya aturutse ku nkuba arakingwa.

« Turiko turakorana n’abajejwe intwaro ku rwego rwo hejuru kugira ngo bahimirize abantu kwikingira inkuba, nk’ahantu hahurira abantu benshi, nko ku mashuri, ku mavuriro, n’ahandi. Abantu barakwiye kwijukira kugura ivyuma bikinga inkuba ’’paratonnerre’’ bikinga amasanganya y’inkuba « .

NTEMAKO Antoine, umukuru w’igiporisi kijejwe gukinga impanuka

Arongera akamenyesha ko bagiye gukorana n’abahinga bafise ubumenyi bukwiriye kugira ngo bafashe mu kwigisha uburyo ayo masanganya aturuka ku nkuba yokwirindwa.

Twokwibutsa ko mu kiringo c’iminsi mike, inkuba imaze gukubita abantu mu ntara za Mwaro, Muramvya, Ngozi, na Rumonge.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s