Itangazo ryo kubika : umuryango wa Nyabenda Salvator wifatanije n’ubushikiranganji bw’indero ubikiye incuti n’abagenzi urupfu rwa Nyabenda Salvator

Ubushikirangaji bwindero( Ministère de l’éducation) burahejeje kubura umuyobozi wabo yahora ari Secrétaire Général Wa CNU azwi kwizina rya NYABENDA Salvator . Umuryango wiwe ubikiye incuti n’abagenzi. Ibikurikira muzobimenyeshwa hanyuma.

Publicités