Mwaro-Ndava : Umurwi w’abantu batamenyekanye wakomerekeje abantu 9

Amakuru ava kur’uwo mutumba amenyesha ko abo bantu baciye kur’uwo mutumba nk’igihe c’isaha indwi z’ijoro ryo kur’uyu w’Imana buca ari kur’uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Munyonyo 2017 bavuye ku mutumba Kaguhu.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abo bantu batamenyekanye, ariko ko hoba hari amwe mu makarata karangamuntu y’abari muri uwo murwi yatowe aho baciye bariko barava ku mutumba Matongo.

Musitanteri wa Komine NDAVA, yemeje ayo makuru, akaba yamenyesheje ko abantu batanu aribo bakomerekejwe n’abantu boba bari bavuye muri komine ya Giheta hakoreshejwe imipanga, hibwa n’ibikoresho vyinshi mu ngo zo k ‘umutumba Matongo,wa Komine Ndava ,intara ya Mwaro.

Mu giporisi c’Uburundi twabarondeye,umuvugizi w’igiporisi atumenyesha ko baza kugira ico bavuze inyuma y’ibikorwa vyo kwugurura ihuriro rihuza abaporisi b’abakristo bava mu bihugu 13 vyo kw’isi.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s