Umugambwe MSD urashima ingingo y’abacamanza ba CPI

Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye kuri uwu wa mbere, Fransisko NYAMOYA, umunyamabanga mukuru w’uwo mugambwe amenyesha ko muri uwo mugambwe batera intege abashingwamanza bemeye kwitangira imiryango y’ababuze, mu kuyiburanira.

Fransisko NYAMOYA, umunyamabanga mukuru w’umugambwe MSD

Muri iryo tangazo ry’umugambwe MSD bavuga ko bashigikiye abo bashingwamanza : « Tubasaba kutadebukirwa na gatoyi, babandanye urugamba batanguye, turabashigikiye. »

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s