Espagne: Abashikiranganji 8 ba Catalogne bajanywe muri sentare i Madrid

Indwi ku bari abashikiranganji munani ba catalogne bitavye sentare, bafotowe bashitse

Abashikiranganji umunani b’intara yashatse kwiyonkora ya Catalogne baritaba sentare ntahinyuzwa i Madrid basaba kurikurwa batanze ingwati, kugira baje kwiyamamariza amatora y’akarere mu kiringo c’amezi atatu.

Bari bagize reta yatangaje ukwikukira kw’intara ya Catalogne mu kwezi kwa cumi- ivyo sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro ya Espagne yavuze ko bitakurikije amategeko.Bahagaritswe bakekwako gushaka kwiyonkora no kwugumuka, baca barapfungwa kugira bababuze kuva mu gihugu nk’uwahoze arongoye intara ya Catalogne, Carlos Puigdemont, yahungiye mu Bubiligi.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s