Israel: igihugu ca Israel cateye muri siriya

Ikibunda Pantsir-S1 c’abarusiya gikoreshwa mu kwirinda ibitero vyo mu kirere muri Syria (2015)

Ibinyamakuru vya leta muri Syria biravuga ko Isiraheli yagavye igitero ca misile gitumbereye kandi kikonona ibirindiro vya gisirikare hafi y’umuji wa Damas.

Nta cavuzwe ku bantu coba kishe cangwa se kigakomeretsa.

Hari abandi bavuga ko ahantu harashwe hari ububiko bw’inkoho zikoreshwa n’igisirikare ca Syria n’abagitera inkunga.

Isirayeli ntaco irabivugako.

Ariko ikizwi ni uko itewe amakenga nuko Irani yumvwa cane n’abategetsi ba Syria.

Isirayeli kandi mu gihe cashize yagavye ibitero vyinshi muri Syria vyari bigamije gukumira ico ikeka ko Irani yoba iha imbunda umutwe wa Hezbollah wo muri Libani.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s