Bwiza : Abantu batanu bakomerekejwe na Gerenade yatewe ku gituro c’imiduga

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo Gerenade yatewe nk’igihe c’isaha imwe n’iminota mirongo ine n’itatu, hafi y’ahari inzu y’ubuvuzi izwi kw’izina rya « Maison médicale. »

Abantu batanu nibo bakomerekejwe n’iyo Gerenade, babiri muribo bakaba basinzikaye, nk’uko vyemezwa n’igiporisi c’Uburundi.

Mu giporisi bavuga kandi ko umuntu umwe yikekwa ko ariwe yateye iyo Geranade yafashwe.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s