Ugukurikira Yesu birafise ikiguzi.

​🌈GUKURIKIRA YESU🌈LUKA 14:26_27_28_29_30_31_32_33_34_35.

26.At’umuntu ni yaza kuri jewe,ntiyanke se,na nyina,n’umugore wiwe,n’abana biwe,na bene nyina,na bashiki biwe,mbere n’amagara yiwe na yo,ntashobora kuba umwigishwa wanje.

27.Uwutikorera umusaraba wiwe ngw ankurikire,ntashobora kuba umwigishwa wanje,

28.Ni nde muri mwebwe agomba kwubaka umutara w’amatafari mu remure, ntiyobanza kwicara,akarimbura nigitigiri c’amahera yowubaka,ngw amenye yukw afise ayazowunono Sora?29.Ngo kumbure yoba ahejeje kwubaka w’amatafari ry’itangiriro,ntashobore kuwuzuza;ababibonye Bose bagatangira kumutwenga.

30.bat’uyu yatanguye kwubaka,ntashobora kuwuzuza.

31.Canke. har’umwami yoba agiye guhura n’iwundi ngo barwane,ntiyobanza kwicara,akaja inama,ko yoshobora kujana Ingabo ibihumbi cumi guhwana n’umuteye ari n’ingabo ibihumbi mirongibiri?

32.B isanzwe atari ko biri,wa wundi akiri kure cane,amutumakw intumwa ,akamubaza ico yomuhongera ngo babane amahoro.

33.Ni ko biri,umuntu wese muri mwebwe adaheba ivy’afise vyose ntashobora kuba umwigishwa wanje.34.umunyu nimwiza ni mwiza;arikw’umunyu wo,woshira uburyohe,woba ukiryoshwa n’iki?

35.Nta co umaze mu ndimiro canke mw icubahiro:bapfa kuwuta.uri n’amatwi yumva ni yumve.👏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU👏

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s