Uburusiya : Vladmir Poutine yamenyesheje ko azokwitoza muri 2018

Poutine akazoba yitoje ku ncuro igira 4 ku burongozi bw’Uburusiya.Mu gihe yotorwa yoshikana mu mwaka wa 2024.

Ivyo yabimenyesheje mugihe yari yagendeye ihinguriro Nijni Novgorod.

Publicités