Uganda yatanguye gukura abasirikare babo muri Somaliya

Uno mwaka uzohera abasirikare 1000 ba AMISOM bakuwe muri Somalia

Igihugu ca Uganda kivuga ko catanguye gukura abasirikare baco bari mu mugwi w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika, uhagarariye amahoro mu gihugu ca Somalia.

Biri mu mugambi uzotuma igitigiri c’abasirikare b’umugwi AMISOM kigabanukako abasirikare igihumbi, uno mwaka niwahera.

Kuri ubu AMISOM ifise abasirikare barenga ibihumbi mirongo ibiri bahanganye n’umugwi w’abarwanyi ba ki Islam, Al-Shabab. Intumbero ni uko impera n’imperuka igikorwa co gucungera umutekano wa Somalia, kizoshirwa mu minwe y’abasiriakare b’igihugu.

Haciye amezi abiri abantu amajana atanu bahitanywe n’igisasu ku murwa mukuru Mogadishu, bikerekana ko igikorwa co kuhacungera umutekano kitoroshe.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s