Intambara y’abayahudi n’abarabu: President Donald Trump yemeje Yerusaremu nk’umurwa mukuru wa Isirayeri

Trump ngo ashigikiye ishingwa rya leta zibiri nimba Isirayeri na Palestine bibishaka

Mw’ijambo yashikirije ari ku kirimba ca White House, umukuru w’igihugu wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika yemanze Yerusaremu nk’umurwa mukuru wa Isirayeri.

Iyi ngingo yo kuri uyu wa gatatu igiye mu mateka kuko ihinduye politike ya Amerika ku kibazo c’uyu muji urwanirwa n’impande zibiri.

Umukuru w’igihugu kandi yatangaje ko ibiro biserukira Amerika bizokwimurwa bive aho bisanze i Tel Aviv bije Yerusaremu.

Yavuze ko iyo ngingo itagamije kwerekana ko Amerika ihevye gushigikira umuzo w’amahoro aramye mu burasirazuba bwo hagati.

Yavuze ko yiteguriye gushigikira ishingwa rya leta zibiri nk’umuti wo gukemura ikibazo kimaze imyaka n’imyaniko hagati ya Isirayeri na Palestine, nimba impande zombi zibishaka.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s