Kenya: Muri politike hariho intahaha, Odinga arashaka kwirahiza kuwa kabiri.

Umukuru w’abatavuga rumwe na leta muri Kenya, Raila Odinga.

Uhagarariye urwego rw’ubucamanza rw’ubucamanza yatangaje ko kurahiza umukandida yatsinzwe amatora ya perezida, Raila Odinga, mu muhango uteganyijwe kumugira perezida, bishobora kuvamo icaha c’ubugambanyi n’umugararizo.

Bwana Odinga yivanye mu matora yo mu kwezi kwa cumi yatsinzwe na Perezida Uhuru Kenyatta.

Odinga avuga ko azakora umuhango utemewe n’amategeko wo kumurahiza ku wa kabiri.

Perezida Uhuru Kenyatta yarahiriye gukomeza kuyobora Kenya ku itariki ya 28/11/2017.

Muri iki iyi ndwi , umutegetsi wo ku rwego rwo hejuru muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika yarihanikirije Bwana Odinga guhagarika uyu muhango wo kwirahiza.

Yamusubije amubwira ko abanyakenya ari bo bonyene bakwiye gukemura ibibazo vyabo.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s