Urukino rw’umupira w’amaguru CECAFA: Uburundi bwatsinze Ethiopia ibitego 4-1

Ikipe y’igihugu cy’Uburundi.

Mu rukino rwa kabiri rw’Uburundi mw’ihiganwa rya CECAFA, Uburundi bwatahukanye intsinzi y’ibitego 4-1 ku gihugu ca Ethiopia.

Ibitego bine vy’Uburundi vyinjijwe na Kwizera Pierre (Pierrot), igitego ca mbere, Urasenga Danny Cedric (Lagabo), ica kabiri, Mavugo Laudit, ica gatatu, hamwe na Nahimana Shassir, igitego ca kane. Mu rukino rwa mbere, Uburundi bwanganije na Uganda ubusa ku bundi.

Imikino y’irushanwa ry’igikombe ca CECAFA irabera muri Kenya.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s