
Mana sinfise uko nogushima uri Ndiho warankoreye ibitangaza hariho kimwe wankoreye mubuzima bwanje ntazibagirwa kurubwo nuhabwe Icubahiro ndakweretse uyumwaka wa 2018, uze ungirire neza umpe ivyo ntararonka undindire n’umuryango wanje wose kandi warakoze kubazigama bose mwuyumwaka uheze wa 2017, amen!