Cankuzo: Imvura ivanze n’urubura yononye ibintu bitari bike mu ntara ya Cankuzo

Imvura igizwe n’urubura n’umuyaga vyononye ibintu vyishi ku murwa mukuru w’intara ya Cankuzo. Imirima yononekaye kuburyo buteye ubwoba, inzu ziraguruka harimwo n’inyubakwa zimwe zimwe zo kubitaro vya Cankuzo. Abenegihugu bajumaraniwe, babuze ayo bacira n’ayo bamira.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s