Aloise Nzabampema, icegera c’umukuru wa FNL akaba n’umukuru w’ingabo yabeshuje ihinduka muri FNL.

Général Major Aloise Nzabampema ijegera c’umugambwe FNL akaba n’umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto zuyo mugambwe yabeshuje yuko atahinduka ryabaye iwabo.

Ivyo abishikirije abessuza amasanamu n’amajwi y’uwiyise General Major Jean Felix, yavuga yuko yahinduye inzego za FNL mugukura Izidore Nibizi kuburongozi bw’umuhari, no mugukura Aloise Nzabampema muburongozi bw’ibiro bikuru vy’intwaramiheto.

Twobibutsa yuko General Major Jean Felix yahakanye yuko iyo video nayo majwi atabizi kandi yuko ata n’mugambi afise wo kwitwa canke gusubira muri FNL kubera imvo nyinshi atarinze gushira ahabona bubera ubupfasoni bwamye bumuranga. Yagize ati: “ Ntamuntu yisonera naho yonegura abantu yogenda arararaza abantu.” Tukaba tumushimira iyo ngendo.

Nayo kumajambo yashikirijwe kuri we na Aloise Nzabampema mukwisigura kuri audio yiwe na Jacques Bigirimana hamwe nivyavuzwe nuwamwiyitiriye, yagize ati nubu ndabisubiramwo yuko guterana amajambo ataco bivuze ahubwo ibikogwa vyo kugwanira agateka k’abarundi arivyo bizerekana ukuri.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s