Rutana : Umudereva wa rusehabaniha y’i Makamba yarekuwe

Inyuma y’indwi irenga apfungiwe muri komisariya ya Rutana,umudereva wa rusehabaniha yo ku bitaro bikuru vy’i Makamba aridegemvya kuva ku mugoroba wo kuwa gatatu igenekerezo rya 10 Nzero 2018.

Sadoscar NDIKUMWAMI yari yahagaritswe yagirizwa kuba yatumye haba isanganya ry’imodoka z’umushikiranganji w’umutekano Alain Guillaume BUNYONI.

Sadoscar NDIKUMWAMI yahagaritswe mu ntara ya Rutana, muri quartier Birongozi, inyuma y’isanganya ryatumye haba abakomereka.

Vyari bitegekanijwe ko Sadoscar NDIKUMWAMIarekurwa abanje kuriha amafaranga ibihumbi 50 vy’ihadabu, hamwe n’amafaranga 256500 bihabwa abakomerekeye muri iryo sanganya.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s