Cibitoke : Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yitavye Imana arashwe

Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yaritavye Imana arashwe ku rubibe Uburundi buhana n’Urwanda mu ntara ya Cibitoki, zone Ruhororo, Komine Mabayi.

Amakuru ava aho i Mabayi amenyesha ko uwo munyarwanda yoba yarashwe n’abasirikare bari mu gikorwa c’ugukizura, bamubona ajabutse urubibe agerageza kwinjira mu Burundi.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abasirikare bakorera aho imabayi bavuze ko kuba uwo munyagihugu yararshwe ryoba ari isanganya ryashitse.

Amakuru ava mu banyagihugu aho i Mabayi amenyesha ko bafise ubwoba bufatiye kuri urwo rupfu.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s