Israeli yagavye ibitero ku birindiro vy’igisirikare co mu kirere ca Syria

Igisirikare ca Israeli cavuze ko cagavye ibitero ku birindiro vy’igisirikare co mu kirere ca Syria no ku bibanza vya Irani inyuma yaho inteko za Syria zivugiye ko zakoroye indege y’ingwano ya Israeli.

Iyo ndege yaguye ku butaka bwa Israeli; abadereva bayo babiri barakomereka — umwe muri bo akaba aremvye.

Igisirikare ca Israeli cerekanye video yo mu kibanza c’abadereva, yerekana « drone » idafise umudereva ya Irani irashwe munyuma igwa hasi.

Syria n’abacuti bayo ba Irani barahakana ko iyo « drone » yinjiye ku butaka bwa Israeli.

Ubushikiranganji bujejwe imigenderanire y’Uburusiya bwasavye kwigumya, buvuga ko butewe amakenga n’ubuzima bw’abasirikare babwo bari muri Syria.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s