Prezida Zuma wa Afrika y’epfo vyitezwe ko atanga imihoho

Umugwi nyobozi w’umugambwe ANC uri ku butegetsi muri Afrika y’epfo vyitezwe ko usaba Prezida Jacob Zuma gutanga imihoho ni wahura uno munsi.

Ku munsi wa Mungu uwurongoye umugambwe, Cyril Ramaphosa, yasavye Bwana Zuma gukinjura ku gushaka kwiwe canke agakurwa ku nguvu n’umugwi nyobozi w’umugambwe.

Natubahiriza ivyasabwe, hazoca hatunganywa amatora y’inama nshingamateka yo kumukurako icizere.

Uwo mukuru w’igihugu yagirizwa amakosa menshi ashingiye ku biturire, ngo yoba amaze iminsi yisabira ukuntu yotanga ubutegetsi neza.

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s