Amajambo aryohera bamwe akababaza abandi.

Wawundi ati ukuri guherera mukuyaga.

-Mwari muzi igituma ku Mukaza hahinduwe izina hakitwa *ROHERO*?

-Mwari muzi igituma kuva ku 1965 ku Ntwaro yabahima abapresident nka Micombero, Bagaza na Buyoya batakorera imisi mikuru y’igihugu muri stade Prince Louis Rwagasore?

Neza naneza mw’ihinyabwoko ryakorewe abahutu muri 1972 harya mu kibuga hari ibuye bahonderako abahutu bita ngo ni *babararuhiga* nk’uko mwama muvyumva mu ndirimbo ya bararuhiga, muri icogihe urumutu umanutse Bujumbura baca bakuzana kuri stade Prince Louis bagaca batora inyundo bagahondera kuri rya Buye mumutwe umuntu *AKAROHA* Rimwe gusa! Umuhutu amanutse wese baca bavugango mujane hamwe baroha rimwe gusa nyuma hahava hitwa mw’IROHERO niho ryavuye na bugingo nubu.

Bivanye nuko amaraso y’ *ABERANDA* ahuma, nyuma y’ivyo bibi vyakorewe muri ico kibuga inkuba yahakubise incuro zibiri yimba izura maraso yabahutu bahapfiriye ikimba kugeza kumetero zibiri. Nyuma abo bahima baba président mwabonye hejuru kubera bari bazi ko aribo bari hejuru yamaraso ariko aramenekera mûri ico kibanza y’inzirakarengane,niho baca batinya gusubira kuhagirira amakoraniro kuko bibazako inkuba yohahava ibasangayo ikabasasika namwango icogihe ababa bari muri iyo stade baba ari abahima gusa! Nicogituma 2005 ariho mwabonye hatangura kuberayo imisi mikuru kuko ato biyagiriza bahakoreye mu gihe abahima barongowe na Buyoya, Bagaza, na Micombero bari barahagize indahiro.

Publicités