đSHIRA UMUTIMA MUNDA NKA YOBU,IGIHE UMOGORE WIWE YAKUNDA CANE ,N’INCUTI ZIWE BAMWIHAKANYE ,BAMWOSHA NGO TUKA IMANA,NATWE BITWIGISHE ,GUSHIKAMA, K’UHORAHO IMANA YACU,đÂźïž
YOBU 36:26_27_28_29_30_31_32_33.
26/Raba IMANA irahambaye,natwe ntituyizi,Igitigiri c’imyaka yayo ntigiserangurika.
27/Kukw iduza udutonyanga tw’ikiduhu,Ikaduhindura ibicu bikarwisha Imvura.
28/IJURU rikayijogotereza,Ikarwa ku bantu benshi.
29/Mbega har’uwoshobora gutahura ingen’ibicu bikwiragira, Canke ngw atahure imituragaro iva mw ihema RY’IMANA?
30/Ikwiragiza imiravyo impande zayo zose,kand’itwikira hasi muri nyina w’ikiyaga.
31/Kukw ivyo ari vyo ikoresha mu gucira amateka amahanga,Ikabizanisha ivyo kurya vy’umurengera.
32/yorosa intoke zayo umuravyo,ikawubarira kugema ico ishinze.
33/Imituragaro y’inkuba imenyekanisha ivyayo,Inka nazo zikumva kw ikirura kije,
YOBU 28:28_MAZ’IBWIRA ABANTU,ITI RABA KWUBAHA UHORAHO NI BWO BWENGE,K ANDI KUVA MU VYAHA NI KWO GUTAHURA.đAMEN HIMBAZWA MWAMI YESUđ