Twizigiye Imana y’ubushobozi gusa

🌈INYABUSHOBOZI,IMANA RUREMA,YAREMYE,UMUNTU,N’IJURU N’ISI,NIYO TWIZIGIYE,ABAZIGIRA IBINDI NTITURIKUMWE NABO🌈®️

ZABURI 50:7_11_15_23.

7/Bantu banje ni mwumve,nanje ndavuga,Wa bwoko bwanje,ndashinga intahe.Nijewe ubwanje MANA,IMANA yawe.

11/Ndazi inyoni n’ibisiga vyose vyo ku misozi,N’ibikoko vyo mugahinga n’ivyanje.

15/Uz’unyambaze kumusi w’amagorwa,nzogukiza,nawe uzompesha icubahiro.

23/Umuntu wese anshikanira ikimazi c’ishimwe aba ampesheje icubahiro:kand’utunganya ingeso ziwe nzomwereka agakiza k’Imana.

🙏AMEN HIMBAZWA MWAMI YESU🙏

Publicités